"U Burundi n'u Rwanda bizokwama ari bibanyi"

Insiguro y'amajwi, Umuhanuzi wa Perezida Nyamitwe avuga ko uburongozi bwa EAC bw'u Rwanda

Umuhanuzi wa Perezida Nkurunziza avuga ko u Rwanda rurongora umuryango wa EAC ari ibisanzwe kuko n'u Burundi buzoramukirwa.