Ng'uku uko Ramla yarengeye imigenzo, idini rya Islamu, none agiye gutera iteka Somaliya

Na mama wa Ramla aterekwa umukobwa wiwe akina urwo rukino yaragondojwe ubu ari mu bamufashe mu mugongo.