Ng'uku uko Ramla yarengeye imigenzo, idini rya Islamu, none agiye gutera iteka Somaliya

Insiguro ya video, Ng'uku uko Ramla yarengeye imico, imigenzo, idini rya Islamu, none agiye gutera iteka

Na mama wa Ramla aterekwa umukobwa wiwe akina urwo rukino yaragondojwe ubu ari mu bamufashe mu mugongo.