Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Inkino mpuzamakungu z’ibihe vy’imbeho 2022: ibintu bitanu bizoziranga
Izi nkino, China iziteguriye mu buryo budasanzwe. Zizobera i Pékin/Beijing mu bihe bitoroshe vya Covid, hari n’ibihugu rutura bitazozitaba uko bisanzwe, kubera ingorane z’agateka ka muntu zivugwayo.