Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ni aba nye Roumania bafatwa bakajanwa mu Bwongereza mu buja bw’ubushurashuzi
Aba bakoreshwa nk’abacakara / abaja m’ubushurashuzi, bamwe ntamyaka 12 baba barashikana. Kubw’igipolisi ca UK [United Kingdom], ntawuzi uko bangana, ariko “bakwiye mu Bwongereza”.