Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Intamba mu Rugamba ziteguriye gute igikombe ca Afrika? Umvikiriza inyishu z'umutoza
Ku nshuro ya mbere muri kahise k'igihugu c'u Burundi, ikipe nserukiragihugu Intamba mu Rugamba izoja mu nkiko z'igikombe ca Afrika mu mupira w'amakuru CAN2019 kizobera mu Misiri.
Intamba mu Rugamba none ziteguriye gute igikombe ca Afrika, mu gihe bitanguye kunugwanugwa ko hoba hari ikibazo c'uburyo?
Umvikiriza inyishu z'umutoza Olivier Alain Niyungeko yavuganye na BBC.