Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uyu mugore yagire yicwe kubera impuzu iriko inyandiko zitiranijwe na Korowani
Uyu mugore yagire yicwe kubera impuzu iriko inyandiko zitiranijwe na Korowani
Uyu mugore mu muji wa Lahore muri Pakistani yagiye kw'isoko yambaye impunzu iriko inyandiko z'icarabu azi ko ari umuderi yambaye.
Aza abona isinzi ry'abantu bamukoraniyeko batangura kumuhiga bashaka kumugirira nabi, bibaza ko inyandiko ziri ku mpuzu yiwe ari amajambo yo mu gitabo ceranda ca Islam, Korowani.
Yahakuwe n'umupolisi w'umugore bagira bamuturire...