Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Sudan y’epfo : n’abasore barigishwa ivyo mu bihe vy’ubutinyanka
Sudan y’epfo : n’abasore barigishwa ivyo mu bihe vy’ubutinyanka
Aisha yaramaze kuba umuhinga, yigisha abanyeshure ibijanye n'ukwitunganya m'ubutinyanka.
“Mu ntambamyi abakobwa bahura muri Sudani y'epfo, ni ukuronka amahera yo kwigurira utwo dukoresho”.
Ni gutyo Aisha asigura inyigisho aha abana b’abakobwa.
N’abahungu barakurikira izo nyigisho.
Hano abanyeshule bo muri Sudan y’epfo bashinga intahe uko inyigisho zabafashije guhindura ubuzima.