Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
RDC-mpox: “Ku miliyoni zirenga ijana z’aba nye Kongo, tuzoguma dusaba incanco”
RDC-mpox: “Ku miliyoni zirenga ijana z’aba nye Kongo, tuzoguma dusaba incanco”
Incanco zirenga 260 000 ziherutse gushika i Kinshasa, imbere ko zikwiragizwa mu gihugu.
“Dusanganywe ingorane z’ibikoresho, amavuriro, n’amabarabara”.
Dr Roger Kamba, umushikiranganji w’amagara yabibwiye BBC.
Yongeyeko ko, iruhande y’abantu benshi mu gihugu, hari icizere co kuzoshika no muri Kivu hari intambara, n’impunzi ama miliyoni.
Ng’uku uko ububiko bw’i Kinkole, bwagutse muri Africa yo hagati, bwatunganijwe ngo bwakire izo ncanco.