Ukuzimba kw’ubuzima kwunyuwe n’ihumanya ry’ikirere
Ubuzima burabandanya kuzimba, nk’ingaruka za Covid, n’ingwano yo muri Ukraine. “Abantu imiliyoni 3 baricwa n’imyuka nk’imyotsi, mu kiringo c’umwaka”, kuva Amerika, Ubulaya, Aziya canke Africa. Abantu bafatiwe ku nkono. Ngizi ingaruka.







