Muri Syria, ni bande bagwana?

Muri Syria, ni bande bagwana?

Ubutegetsi bwa Bashar al-Assad buhanganye n’imigwi itandukanye harimwo abo m’ubwoko bw’aba ‘Kurd’, n’abarwana bitwaje idini rya Islam (IS).

Inyuma y’imyaka 13 y’intambara, ubu Syria igabuyemwo ibice bine, kubera izo ntambara.

Ariko kandi, uretse ko ibihugu rutura nka USA, Russia, Iran, Turkey bizifisemwo uruhara, n’intambara zo mu karere zirazifise isano.