Turkiya: Mu masanamu, uko niko nyamugigima yasize iki gihugu

Nyamugigima muri Turkiya

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Abahitanywe na nyamugigima baharurirwa mu bihumbi

Ibikorwa vyo gutabara muri Turkiya na Syria birabandanya nyuma ya nyamugigima ikomeye yashitse kuwa mbere mu gitondo.