Igihe nyamugigima yasubira gukubita muri Turkiya na Syria
Iki ni igihe nyamugigima yasubira gukubita muri Turkiya na Syria nyuma y'indwi zibiri izindi nyamugigima zibiri zihitanye abantu 44.000.
Ivyo bihugu ubu bifise ikibazo co gufasha abasizwe ku gasozi n'ayo mahano.







