Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Babica babita abarozi, yamara bahorwa amatongo
Babica babita abarozi, yamara bahorwa amatongo
Nibura uko indwi itashe, mu karere ka Kilifi gateye igomwe, ku nkengera z'amazi muri Kenya, haricwa umusaza bamuziza uburozi. Igisata ca BBC gikora amakuru acukumbuye, BBC Africa Eye, catohoje imvo nyakuri zihishe inyuma y'ubwo bwicanyi bw'ubugome, gisanga abenshi batotwa nabobakingiye - abo mu miryango yabo.
Ushobora gusanga bimwe muri iyi nkuru ari ibishobora kukubabaza.