Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Menya Antoine Habineza, Umunyarwanda avuga indimi zirenga 20
Menya Antoine Habineza, Umunyarwanda avuga indimi zirenga 20
- Umwanditsi, Samba Cyuzuzo
- Igikorwa, BBC Gahuzamiryango i Kigali
Wari uzi ko umuntu ashobora kwiga no kuvuga indimi ziharurwa muri mirongo.
Umunyarwanda Antoine Habineza, ashobora kuvuga indimi zirenga 20 zirimwo izivugwa n'amahanga menshi.
Kurikira hano mu kiganiro na BBC, uko yashitse kuri ubwo buhanga bwo kuba umu hyperpolyglot, ni kuvuga umuntu akoresha indimi zigera kuri 6 n'izirenga 6.