Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Video zarebwe cyane mu 2024: #4 'Murashaka ko ngumaho kugeza ryari?' - Paul Kagame
Video zarebwe cyane mu 2024: #4 'Murashaka ko ngumaho kugeza ryari?' - Paul Kagame
- Umwanditsi, Samba Cyuzuzo
- Igikorwa, BBC Gahuzamiryango i Kigali
Mu kiganiro n'abanyamakuru ku wa gatandatu, Perezida Paul Kagame yasubije ibibazo birimo icya nyuma y'igihe cye ku butegetsi.