Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
BRICS: utahure uko Afrika y’epfo iri mu ‘mayira abiri’
BRICS: utahure uko Afrika y’epfo iri mu ‘mayira abiri’
Ibikuru vyo gutahura hagati ya Afrika y’epfo n’Uburusiya :
Bwarashigikiye ANC mu ngwano y’intwaro ya Apartheid, kuva mu ntango ya za 1970.
Ico gihe ibindi bihugu vyinshi nk’Ubwongereza na USA vyari bigishigikiye abari inyuma y’intwaro ya karyanishamiryango, Apartheid.
Abo muri ANC benshi barimenyerereje m’Uburusiya, harimwo nka Thabo Mbeki na Jacob Zuma, bose batwaye ico gihugu.
Ariko, izobigenza gute mu migenderanire n’ibindi bihugu rutura bicuditse?