Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Afrika y’epfo: yarishe arisubiriza, abo yiciye bahagurutse
Afrika y’epfo: yarishe arisubiriza, abo yiciye bahagurutse
Naho ‘apartheid’ imaze imyaka irenga 30 ivuyeho, abiciwe ababo baracarindiriye ubutungane.
Isa Jacobson wa BBC Africa Eye yaratohoje ku mabi Louis Van Schoor yakoreye abirabure.
Isa yamubajije ati “Hari isoni wumva na gato kuri ubwo bwicanyi?”.
Yamwishuye ngo “Umbabarire, nta soni numva”.
Avugwa ko yarashe abaharurwa hafi 40 mu myaka ya 1980s, mu 1991 yarafashwe apfungwa imyaka 12, hanyuma ararekurwa.