Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Video: Ikete, album nshasha ya Vichou Love
Video: Ikete, album nshasha ya Vichou Love
Nzigamasabo Vianney batazira Vichou Love wo mu mugwi Peace and Love aherutse gusohora album yise Ikete irimwo indirimbo 20.
Vichou Love ni umuririmvyi agendana ubumuga bwo kutabona.
Avuga ko iyo Album yise Ikete, irimwo ubutumwa bwinshi ku buryo umuntu uwo ari wese azoyumviriza, azokwiyumvamwo.