Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubuhinga bushasha bufasha ubwonko bw’abaremaye
Ubuhinga bushasha bufasha ubwonko bw’abaremaye
Inyuma y’isanganya, Noland Arbaugh yaremaye kuva ku bitugu gushika ku mano.
Ubuhinga bushasha, ni akuma bamushize m’umutwe, kamufasha kugenzura ivyo akora adakoresheje amaboko.