Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
#5-Video zarabwe cane mu 2024 : Impano yo gutwenza ya Alfred Mugenzi batazira Kigingi
#5-Video zarabwe cane mu 2024 : Impano yo gutwenza ya Alfred Mugenzi batazira Kigingi
Kurikira Alfred Mugenzi batazira Kigingi ku mpano afise yo gutwenza aho yari yagendeye icicaro ca BBC i London. Mu misi iza muzokurikirana ikiganiro c'Imvo n'Imvano yakoranye na BBC.