Pele: Umwami wa football aracibukwa na benshi

Benshi kw'isi babandanya kwibuka Pele, umunye-Brezil agifatwa nk'umwami w'umupira w'amaguru aheruka kuryamira ukuboko kw'abagabo.