Kenya yaronse uwundi munonotsi rurangiranwa

Insiguro ya video, Uyu musore Kelvin yatanguye mu 2018 adashobora kwigurira n’ibirato.
Kenya yaronse uwundi munonotsi rurangiranwa

Kelvin Kiptum agereranywa na Eliud Kipchoge, rurangiranwa mu gusiganwa harehare.

Uyu musore Kelvin yatanguye mu 2018 adashobora kwigurira n’ibirato vyo kwirukangisha.

Mu 2023, niwe yabaye uwa mbere mu mahiganwa yabereye I Chicago muri USA.

Vyibazwa ko aba bagabo babiri bashobora kuzobangabanganirwa imbere, mu mahiganwa y’isi y’abanonotsi -Olympic- y’I Paris, mu 2024.

Uyu musore Kelvin yatanguye mu 2018 adashobora kwigurira n’ibirato
Insiguro y'isanamu, Uyu musore Kelvin yatanguye mu 2018 adashobora kwigurira n’ibirato