Ubuzima bw'impunzi zivuye muri DRC zahungiye mu Burundi bwifashe gute?

Insiguro ya video, Impunzi zivuye muri DRC zirenga 76,000 zahungiye mu Burundi ziri mu bukene bwinshi
Ubuzima bw'impunzi zivuye muri DRC zahungiye mu Burundi bwifashe gute?

Reta y'Uburundi ivuga ko hakenewe amafaranga arenga miriyoni 33 z'amadorari ya Amerika kugira impunzi zishobore gufashwa.