Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubwato bwa USA buhanganye n’ibitero vy’aba Houthi bumeze gute?
Ubwato bwa USA buhanganye n’ibitero vy’aba Houthi bumeze gute?
Naho ibihugu 10 vyagiye hamwe ngo bigwanye aba ‘Houthi’ muri Yemen, bo barabandanya ibitero.
Abasoda ba USA bagwanira mu mato, bariko basubira iwabo igihe ibitero vyo muri Israel vyaba.
Baciye barungikwa gufasha gukingira imbibe za Israel.
Ubwo bwato bukora gute muri rusangi?