Uko abatamakazi bakwiragiza umuyagankuba muri Madagascar

Uko abatamakazi bakwiragiza umuyagankuba muri Madagascar

Muri Madagascar, mu mihana henshi "twacana inkwi ngo habone, tunateka".

Ababa kure y'ibisagara, bashinga intahe uko umuyagankuba uva ku zuba wahinduye ubuzima bwabo.

Ukwiragizwa n'abagore bigishijwe n'ishirahamwe ryiyemeje gushikana umuyagankuba ku gice c'umuliyoni w'abanyagihugu, mu myaka 10.