'𝐌𝐛𝐮𝐳𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐧𝐚 𝐛𝐚𝐧𝐣𝐞 𝐠𝐮𝐤𝐢𝐧𝐚 𝐤𝐮𝐠𝐢𝐫𝐚 𝐧𝐠𝐨 𝐭𝐮𝐳𝐢𝐠𝐚𝐧𝐲𝐞 𝐢𝐬𝐚𝐛𝐮𝐧𝐢'

'𝐌𝐛𝐮𝐳𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐧𝐚 𝐛𝐚𝐧𝐣𝐞 𝐠𝐮𝐤𝐢𝐧𝐚 𝐤𝐮𝐠𝐢𝐫𝐚 𝐧𝐠𝐨 𝐭𝐮𝐳𝐢𝐠𝐚𝐧𝐲𝐞 𝐢𝐬𝐚𝐛𝐮𝐧𝐢'

Malawi, igihugu kiri mu bumanuko bwa Afrika, kirangwamwo ubuzima buzimvye ku rugero rutari bwigere rubaho. Ibiciro vyaraduze gushika ku rugero rwa 28.5% muri uno mwaka – biri mu vya mbere biri hejuru cane muri Afrika.

Mu gihe amatora ariko aregereza muri ico gihugu, Abanyamalawi bihaye amabarabara biyamiriza iduga ry'ibiciro.