Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Video: Inyuma y'imyaka 30, Laurence Ndadaye aravuga uko umucance wiwe yishwe
Video: Inyuma y'imyaka 30, Laurence Ndadaye aravuga uko umucance wiwe yishwe
Laurence Ndadaye yarokotse ubwicanyi bwahitanye umugabo wiwe mw'itembagazwa ry'ubutegets vyo ku wa 21 z'ukwezi kwa cumi mu 1993, ari kumwe n'abana biwe batatu. Melchior Ndadaye yari amaze imisi 102 gusa ku butegetsi.