Imvo n'Imvano yihariye na Prezida Evariste Ndayishimiye

Imvo n'Imvano yihariye na Prezida Evariste Ndayishimiye

Ndabaramukije nongera ndabaha n'ikaze muri iki kiganiro c'Imvo n'Imvano co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 17 ukwezi kwa gatandatu mu 2023.

Imvo n'Imvano y'uyu musi idushikana mu Burundi aho tugiye kuyaga n'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ejo aho bukera azoba arumije imyaka itatu ari ku butegetsi.

Turaca hirya no hino ibibazo bitandukanye vyaba ibijanye n'ubutunzi, imibano canke politike.

Mugiye kuba hamwe na Cyriaque Muhawenayo