"Ntitwigeze dusaba urwanko" - niko umuryango wa Nahel wabwiye BBC

"Ntitwigeze dusaba urwanko" - niko umuryango wa Nahel wabwiye BBC

Uwo muhungu w'imyaka 17 yishwe n'umupolisi mu karere ka Nanterre mu Bufaransa, bikwega imigumuko hirya no hino mu gihugu, imaze kwonona vyinshi cane kandi n'ubu ikibandanya.

Ariko umuryango w'umuhisi uvuga ko ata kaguma wigeze ushaka...

Abashigikiye Nahel

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Iyicwa rya Nahel ryateje ishavu ryinshi mu Bufaransa