Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Agabore muri Afuganistani bahanganye n'aba Talibani mu ndirimbo
Agabore muri Afuganistani bahanganye n'aba Talibani mu ndirimbo
Kubera ikumira abagore bo muri Afuganistani bagirirwa kuva hagarutse intwaro y'Abatalibani, aba bagore bahisemwo gukoresha indirimbo baririmba binyegeje mu maso mu kwiyamiriza amabi bakorerwa.
Izo ndirimbo bazishira ku mbuga hwaniro aho zirabwa na benshi, mbere hakaba hari n'abandi bagore batanguye kubigana.
Abatalibani barabahigiye ko umunsi babafashe akabo kazoba karangiye...