Nigeria: Uko Hilda ashobora kuba uwa mbere ateka amasaha menshi
Nigeria: Uko Hilda ashobora kuba uwa mbere ateka amasaha menshi

Hilda Baci yamaze hafi amasaha 100 ateka, ataruhuka.
Muri ico gihe, yagaburiye abantu 2 700 i Lagos muri Nigeria.
Mu gitabu ‘Guiness’, c’abakora ibidasanzwe, ashobora kwandikwa nk’uwa mbere ashikanye urwo rugero.