Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'imvano ku ruhara rw'ibicurarangisho kavukire mu mico n'akaranga mu Burundi
Imvo n'imvano ku ruhara rw'ibicurarangisho kavukire mu mico n'akaranga mu Burundi
Inanga, ikembe, umuduri, idonongo, umwironge hampande y’amazina n’ibicuba n’ibindi, biri mu vyaranga ishure rihambaye ryo kwigiramwo umuco n’akaranga, eka n’umuziki kavukire, aha hakaba hari mu muryango no mu kibano. Ni ibicurarangisho vyahingurwa n’Abarundi bo nyene ubwabo. Mbega muri kino gihe, ibintu vyifashe gute? Ubwo biracitwararitswe? Ni muri kino kiganiro mwagiteguriywe kandi mugishikirizwa na Florentine Kwizera.