Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n’imvano: Umviriza ikiganiro cakunzwe kurusha ibindi, cari cerekeye igwirirana ry’abantu
Imvo n’imvano: Umviriza ikiganiro cakunzwe kurusha ibindi, cari cerekeye igwirirana ry’abantu
Imvo n’imvano yo kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 30 Kigarama (12) igaruka ku kiganiro cakunzwe kurusha ibindi vyose mwashikirijwe muri uno mwaka wa 2023.
Ni ikiganiro mwashikirijwe ku wa 05 z’ukwezi kwa munani kikaba cavuga kw’irwirirana ry’abantu kw’isi rigenda ryiyongera, ariko kandi kigashimikira ku bihugu vy’Urwanda n’Uburundi bisanzwe bifise ubutaka buto.