Thailand: Abatunzwe n'inzovu zirerura abakerarugendo ntiborohewe
Abantu batunzwe no gutwara ingenzi bakoresheje ibikoko vy'inzovu mu gihugu ca Thailand bavuga ko ubuzima butaboroheye kubera ibibazo vy'ubutunzi.
Bavuga kandi yuko hari n'ingorane ivuye ku kuba abakerarugendo bibaza ko izo nzovu bagirako zihohoterwa iyo ziriko zirigishwa, bigatuma hari abatagishaka kuzurira.







