Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Tchad : Abakobwa barongozwa bakiri bato bizotwara umwanya kugira bihere
Muri Chad, hafi abagore 6 kuri 10 barongijwe batarakwiza imyaka 18. Uko ama sekonda 2 aheze, niko umukobwa. arongozwa ataragera. Haba muri Chad n'ahandi hari n’itegeko ribirwanya, abo bantu babayeho gute?