Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel-Palestine Nakba: Umunsi, umwaka aba nye Palestina bahunga ari benshi
Nakba, niryo zina aba nye Palestina bahaye italiki ya 15 z’ukwa gatanu. Israel yaraye yikukiye, italiki 14-05-1948, hadutse intambara, aba nye Palestina indiri barahunga. Uwo munsi uba ntibagiranwa.