Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Al-Shabaab: bimwe ku bibazo ku gitero bakoze ku Barundi
Kuva urwego Amisom ruhindutse Atmis, igitero ca al-Shabaab i El-Baraf cabaye ica mbere, hahoneramwo abasoda bava mu Burundi “benshi”. Mu mashusho, iyi nkuru yerekana ibikikuje ico gitero bimaze kumenyekana.