Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uko Russia yihenze igitangura ibitero muri Ukraine
Abahinga mu vya gisirikare basigura ubuhinga 3 mu vya gisirikare Russia itakurikije, kuva igitera Ukraine. None Russia yari kuba yarahejeje intambara yayo?