Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibiciro, ibitoro vyabaye amananiza: Ingaruka n’inyishu zishoboka
Inyuma y’ingaruka za Covid ku butunzi bw’ibihugu, ibitero vya Russia muri Ukraine n’ingaruka zavyo nazo zashitse. Uturorero: nko kuva muri Kenya, Uganda, Rwanda, Burundi, bigeze he?