Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ukraine-Russia: Igihe abashigikiye Ukraine bashwiragizwa n'inguvu nyinshi
Abashigikiye Ukraine bari mu myiyerekano mu muji uri mu bumanuko bashwiragijwe n'inguvu nyinshi hakoreshejwe ibiturika...