Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Russia - Ukraine : Ibikuru biri imbere ya Africa, nk’inkurikizi z’intambara
Mu mashusho, ni uko iyi ntambara ya Russia na Ukraine igiye guhindura itunganywa ry’isi. Kuri Africa, abahinga bashira imbere ko, muri rusangi, ubuzima bugiye kuzimba kurusha. Ingaruka zifatiye kuri ibi vya ngombwa bigize ubuzima.