Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
India : Izuba rikingira gute indya, riteza imbere abagore?
Mu gihe haseswa amatoni y’imfungurwa kw’isi, kuva mu Buhindi abantu isinzi badafise uko babika umwimbu wabo, ng’uku uko ishirahamwe S4S ryababereye urukiza.