Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nigeria: Yapfiriye mu gasho atarabona umwana wiwe
Umugabo wa Joy yapfiriye mu gasho. “Upfuye, ntibugurura urugi, naho hoba ari mw'ijoro.” Patrick abivuga, ni umwe mu bantu 7 ku mbohe 10 #bapfungwa ata kibagira.