Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Jerusalem: Abayahudi biyambika nk’aba Islam ngo bashobore gusenga
Bamwe mu ntagondwa z’Abayahudi bavuga amayeri bakoresha ngo binjire muri iyo sengero Al-Aqsa, rya mbere mu kwemera kwabo. Aba Islam bo babona ko ari agasomborotso, muri ico kibanza kiza ubwa 3 mu kwemera kwabo.