Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
‘Kush’: Ikiyayuramutwe cahinduye abantu ‘abasazi’
Sierra Leone: Police igerageza kurwana n’ico kiyayuramutwe, gituma abantu nka Isha agurisha umubiri arondera amahera yo kukigura. Tindem nawe anywa #Kush kugira ngo yiyibagize ubukene n’ayandi maganya. Ni amatohoza ya BBC Eye, igisata c’amatohoza ca BBC.