Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
U Rwanda ntirubona kumwe kutitaba ubujurire kwa Rusesabagina
Nyuma yo kumva ibivugwa na Carine Rusesabagina, twashatse kumenya icyo uruhande rwa leta y'u Rwanda ruvuga kuri bimwe mu byavuzwe na Carine.
U Rwanda ruvuga ko ibisobanuro by'umuryango wa Paul Rusesabagina ku mpamvu zitumye atazitaba urubanza rw'ubujurire ata shingiro bifite.
Allain Mukuralinda, umuvugizi wa leta y'u Rwanda, niwe wavuganye na BBC (kanda aho hejuru wumve).