Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abishwe n’uko bishwe muri Myanmar bitanguye kugaragara, mu ntambara zadutse mu myiyerekano
Abishwe n’uko bishwe muri Myanmar, bitanguye kuja ahabona, mu ntambara zadutse mumyiyerekano. Leta ya gisirikare ‘Tatmadaw’ yatembagaje intwaro mukwa mbere 2020, ahadutse iyo myiyerekano, yabwiye BBC ko abapfa iba iriko irivuna "umwansi".