Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Itohoza rya BBC: Ingene amamiriyoni y'amadolari yanyurujwe ku butegetsi bwa Joseph Kabila
Igisata ca BBC gikora amatohoza, BBC Africa Eye, catohoje ku kunyuruza amafaranga kwakozwe ku butegetsi bwa Prezida Joseph Kabila muri Republika ya Demokrasi ya Kongo.