Ubutunzi bwa Afghanistani buteye ahatemba

Insiguro ya video, Ubutunzi bwa Afghanistani buteye ahatemba

Ku musi wa kabiri, itariki 23 Munyonyo (ukwezi kwa 11), hari hakwiye imisi 100 kuva abatalibani bagarutse ku butegetsi muri Afghanistani. Umumenyeshamakuru wa BBC, Yalda Hakim yaragendeye akarere ka Kabul, kurondera inkuru yerekeye ubutunzi bwagabanutse kuva imfashanyo y’amakungu ihagaritswe, bituma haba akaga ku bantu.